Ururimi
Urundi Ruanda [Ruanda-Urundi]
Ibihugu vy'Uburundi n'Urwanda ni ibihugu bitandukanye ariko bifitaniye isano rinini cane. Ibi bihugu bifise ivyo bihuriyeko vyinshi cane vya kahise, imico n'imigenzo, amoko, ururimi, n'ibindi. Umurundi yovuga ngo ntiyumva ikinyarwanda canke Umunyarwanda yogira ngo ntategera ikirundi, boba bariko barirengagiza, ivyo bita kwigiza nkana mu kinyarwanda. Umuntu yovuga ko Uburundi n'Urwanda ari amahasa (impanga mu kinyarwanda) ntiyoba yihenze.
Mu gihe c'ubukoloni bw'abazungu, bino bihugu vy'Uburundi n'Urwanda babitegekera hamwe, bakavyita Ruanda-Urundi (Urundi-Ruanda).
Iyi nkuru ikurikira iratwiganira inkomoko y'iri zina “Urundi” abazungu bakoresha muri kirya gihe c'ubukoloni bashaka kuvuga Uburundi. Mu vy'ukuri nta cemeza gihari ko ari ukuri kwuzuye, ariko rero ngo “Umugani ugana akariho” kandi ngo “Umugani ntuva ku giti uva ku muntu”.
Mu bihe vya kera ngo umwami w'Urwanda yarategeka n'Uburundi, n'umwami w'Uburundi nyene agategeka Urwanda. Ngo umusi umwe rero umwami w'Urwanda yariko aratembereza umuzungu (umukoloni) amwereka uturere dutandukanye. Bageze ku mupaka w'Urwanda n'Uburundi, umwami araheza aramwereka aho Urwanda rugarukira, amwereka no hakurya yarwo agira ati: “Uru ni u Rwanda, ruriya ni urundi”. Mu gihe umwami yashaka kuvuga ko Uburundi ari urundi Rwanda, umuzungu we yategereye ko igihugu umwami ariko aramwereka ko citwa “Urundi”.
Si je nohahera...
Source: [email protected]
02/04/2026
Rwanda commonly known as the “land of a thousand hills” is a mountainous country located in the far western edge of the Rift Valley, bordering Burundi, the Democratic Republic of Congo, Uganda and Tanzania.
Rwanda, particularly its capital Kigali, is widely recognized as the cleanest nation in Africa, achieved through strict environmental policies, a ban on non-biodegradable plastics since 2008, and Umuganda, a mandatory monthly community cleaning day. This culture of cleanliness is driven by shared responsibility,,, efficient waste management, and strong government enforcement.
09/02/2026
The Kingdom of Rwanda (also known as the Nyiginya dynasty) was a pre-colonial centralized state in East Africa, ruled by Tutsi mwamis (kings). Its name derives from a term meaning "expansion" or "spreading out from the center," reflecting its historical growth through conquest, alliances, and absorption of smaller chiefdoms and kingdoms.
European colonization halted independent growth. Germany claimed Rwanda as part of German East Africa (1890s) but exerted limited control. After World War I, Belgium administered it under the League of Nations mandate (Ruanda-Urundi). Colonial borders (finalized in agreements) reduced the kingdom's extent, ceding territories like parts of eastern Congo (Kivu) and southwestern Uganda (e.g., Bufumbira).
30/01/2026
The Kitara Empire (sometimes Kittara or Kitwara ), also known as the Bacwezi Empire , was an African empire in the Great Lakes region that emerged in the 13th century. It reached its peak around the 16th century and covered much of Uganda , western Tanzania and Kenya , eastern Republic of the Congo , as well as most of Rwanda and northern Burundi .
Frequently mentioned in the oral traditions of the Great Lakes region , its existence blends historical and legendary elements.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Kigali
Kigali