Poutine Burundi

Poutine Burundi

Share

01/09/2023

This time for AFRICA ✔️

Iki ni igihe ca Africa....Kwibohora

Photos from Poutine Burundi's post 30/08/2023

Macron ubuhoho ariyahura ikindi gikoresho cubufaransa gihejeje gukubitwa kudeta Ali bongo ahejeje gutembagazwa nabasirikare
Uyo mugabo bongo yaragwaye cane nokuvuga ntivyari bigishoboka ariko akaguma yibohera kubutegetsi Gabon nikimwe mubihigu vyaseha ubutunzi bwaco cane cane ibiti bihereza ubufaransa

🔴 Ubutegetsi bwaba bongo bumaze imyaka 53 kuko uyo Ali yasubiriye se Omar bongo odimba muri 2009 uyumugabo asanzwe arigikoresho camakoro afise amazu muri Paris yakuye mu busahuzi nokugabira ubufaransa ivy'igihugu beneco bakicwa n'ubukene

🔴 Ibihugu vy 'Africa bibandanya kwikukira vyikurako abo bakoroni ahandi harindiriwe kubohogwa ni cameroun na guine hoho harubisuma bimaze imyaka 40 k'ubutegetsi vyiba bishira makoro

🔴Gusa igihangange kidahangagwa Vladimir Putine arabandanya gutabara Africa
Harindiriwe ifaranga rya Brics ritangure ubufaransa buzoca butakaza 100% ubukoroni bukorera Africa

Andika z uzobandanye uronka bishasha

30/08/2023

Hasigaye Cameroun , Guinée Equatorial , Côté D'Ivoire na Sénégal

Africa izoba ibohotse
Vive Africa,Viva Russia

30/08/2023

🇧🇮Rester connecté (e)

Photos from Poutine Burundi's post 30/08/2023

🔴 Nyenicubahiro igihangange kidahangagwA Vladimir Putin Vladimirovich yigeze kubwira makoro ati urampangaye ngaha muri Ukraine? Hige gato inyungu zanyu nzozisesa kugeza kukanyuma

🔴😭Birababaje Aho ubufaransa hose bwahora bukura ubufu muri Africa hariko harazibigwa ibirero biri muri wamugambi Sankara yahora avuga ati abadukotonije nibo bakidukoronije gute tuguma dutwagwa nabafaransa Kandi twitwa ko twikukiye muri politics zabasahuzi nabampemuke ndamuke

🔴Ugiye kuraba ibihugu vyinshi vya Africa bikunda uburusiya kuberako papa poutine akora icobita twese turonke nukuvuga aguha amahera ukubaka igihugu cawe akaguha ninguvu zagisirikare hanyuma ukamuha ubutare iciza kurushaho uburusiya ntibwigera buvuga ngo utagize ibi ndagufatira ibihano uburusiya burubaha umuclient

🔴Ba makoro bobo bariba bagaca bafata akagwi Gato kibikoresho vyabo bakabiha amamiridi umurengera ariko abanyagihugu benshi basigaye bakwicwa ninzara ikindi baca bagutegeka kwemera ugashikigira abasambana basangiye ibitsina bakazana ibintu bitajanye nimico ya Africa muri make nama dayimoni

🔴Poutine umugira neza vuba hoho ifaranga rya Brics rigatangura uburaya buzohomba cane kuko nkubu ubufaransa buracakangisha ibihugu vya CDEAO gukoresha amahera yitwa ama CFA namahera abagenzugwa nabafaransa
Nkuko natwe tugikoresha amahera agenzugwa nababirigi yitwa ama franc Aya nayuburundi nurwanda

🔴Kubihugu 15 ubufaransa busigaranye 4 vyonyene muri Africa aharero birumvikana igituma macron Emmanuel ashavuriye Niger kuko 60% za iranium France ukoresha mukwatsa umuyagankuba Iva muri Niger Kandi iza kuri rumwe nukuvuga barayora ntibagura ibi nivyo poutine ariko ariyamiriza

Want your practice to be the top-listed Law Practice in Moscow?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Москва, Кремль
Moscow