Reebeze
22/06/2026
🎤🔴⚽ : Messi abandanya kwandika amateka! Argentina yaronse itike y'igice gikurikira 🇦🇷🔥
🚨 Umugwi w'igihugu wa Argentina watsinze Autriche ibitsindo 2-0, vyose vyinjijwe na capitaine wayo, Lionel Messi, aca afasha igihugu ciwe kuronka itike y'igice ca 1/16 c'Igikombe c'Isi! 😍🇦🇷
📊 Mu mikino y'iyi Mondial: ⚽ Argentina imaze gutsinda ibitsindo 5 🔥
Messi wenyene amaze gutsinda ibitsindo 5 🏆
Niwe mukinyi kw’isi amaze gushika ku bitsindo 18 mu mateka y'Igikombe c'Isi kuva catangura muri 1930
N'aho amaze imyaka 38, Messi abandanya kwereka isi yose ko akiri umwe mu bakinnyi badasanzwe babayeho mu mateka y'umupira w'amaguru. ❤️🐐⚽🔥
Reebeze
21/06/2026
Burya iyo aza kuba ameze nka , wibaza ko ubu iba imeze gute?
Ariko ubu ndabira iritora ikarasa bimwe bikomeye ku murwa mukuru w’uburusiya atacamira🤣🤣🤣. Mbere no ku kirimba kwa Putine ikagezayo!
Ewe shaa warahiriwe utabe umubanyi wa Trump🤣
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Nairobi