Nyabusorongo
🔴Ndavye ino VIDEO, nciye nkumbura Uburundi bwaho hambere !
Ivyaburangwamwo, uko twarayeho n'ivyadutunga.
📍Mu gihugu, hari abakibona aho basekura Ububamo nkuku aho mubaye mukibano?
Kera wasanga hose mukibano bariko bakora nkuku!
06/02/2026
🔴Kuri ino si, hose ni imiruho gusa!
Mu gihugu ca Kenya nahonyene, hariko haravugwa ikena ry'amamodoka ama BUS yunguruza abantu, bivuye kw'ikena ry'Igitoro!
📍Tukabamenyesha ko twebwe mu Burundi haciye hafi imyaka 4; duhangana n'ingorane n'ibibazo vy'ikena ry'ibitoro.
Ndabire namwe ingene abanya Kenya nabo basigaye biyunguruza muri iki gihe.
Ababaye kw'isi barahanzwe, iyi si yashaje...!
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Address
1790 Rue Jeannine-Lépine
Sherbrooke, QC
J1E4K9