Redemption Voice

Redemption Voice

Share

03/19/2026

Redemption Voice yamaze gushira hanze Album yayo yose yise “Imiriyoni”. Woyisanga kuri YouTube yabo. Canke ugaca kuri link iri aho hasi muri commentaires.
NB. Uyu mwaka hari concerts nyinshi ziteguwe i Bujumbura: Fortran, Ipendo, Redemption voice, pastor Lopez, pamoja, Fabrice & Maya, etc. Abo bakozi b’Imana bose tubasengere kandi tubatere intege! Mugihe murindiriye ivyo vyose mube murashima Imana biciye muri album ya Redemption voice mwibuka ko dufise impamvu imiriyoni zirenga zo gushima Imana

11/26/2025
Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Ottawa?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address


Ottawa, ON