hort Time
08/12/2025
๐๐จโ ๏ธHAT-TRICK kuri HARRY KANE mu minota 30 vs Stuttgart ๐คฏ๐ฅ
โก๏ธIminota 60: Harry Kane yinjiye mu kibuga
โฝIminota 66: Igitsindo ca Harry Kane
โฝIminota 82: Igitsindo ca Harry Kane
โฝIminota 88: Igitsindo ca Harry Kane
NTASANZWE !!๐คฏ๐ฅ
08/12/2025
๐ค๐ด ๐ง๐ฎ๐๏ธ : Isoko rishasha Rigiye guteza imbere ubutunzi bwโiguhu
Gu cโUburundi ๐.
๐๐๐บ๐ฒ๐ป๐ด๐ฎ ๐๐๐๐ถ๐ป๐ฒ๐๐ ๐๐ฒ๐ป๐๐ฒ๐ฟ ni isoko
Rishasha ryโakarorero rigiye kwugururw
Rikazoba ryโubudandaji bwโibidandazwa
Bitandukanye biva hanze nโibikorerwa
Iwacu. ๐๐
Iri terambere ni inyungu ku gihugu cacu:
โโข Rizofasha kugabanya ibidandazwa Vyo kuja kurondera hanze.
โโข Rizotanga akazi ku benegihugu ๐ทโโ๏ธ๐ฉโ๐ผ
โโข Rizongera amahirwe yโubudandaji Nโiterambere ryโabikorera.
Ni intambwe ikomeye mu guteza imbere
Ubutunzi bwโigihugu, no gushigikira ibi
Dandazwa vyโiwacu. ๐ช๐ฝ๐ง๐ฎ
๐จ๐จBoom uno musi igihe c'isaha zitatu 21h niho Uburundi buza gutana mu mitwe na gambie tukabamenyesha ko baheruka gukina umukino mundwi iheze aho intamba murugamba bwatakaje mugutsindwa na cรดte d'ivoire (1-0)kuno musi uyiha amahigwe angana gute๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ฅ๐ฅ๐ฅ
09/09/2025
: Havugwa ikiza cโingwara ya Cholรฉra
Abantu 36 ni bo bamaze gufatwa n'indwara ya Cholรฉra muri komine Cibitoke mu ntara ya Bujumbura, kuva mu ntango zโuku kwezi kwโicenda, benshi bakaba bava ahitwa Rubuye muri zone ya Rugombo. Muganga wโimfatakibanza ajejwe akarere k'ubuvuzi ka Cibitoke, Ruzocimana Emile amenyeshako barengewe kubera ibitanda ari bike.
Musitanteri wa komine Cibitoke, Najeneza Euloge akaba yaciye afata ingingo zihuta mu gukinga ico kiza nko kwugara ububare n'amazu y'uburiro budakwije vyangombwa, kubuza kudandariza ibifungugwa ku ma barabara, gushira utudobo tw'amazi yo gukaraba n'izindi.
Muri abo 36 bamaze gufatwa nโiyo ngwara, 7 barakize nayo 29 bakaba bakigwaye. Uwo muganga akamenyeshako aho mu Rubuye hasanzwe hari ubukene bwโamazi meza hakaba harangwa kandi nโisuku rike. Nayo ku bijanye nโaho kwakirira abo bagwayi, muganga Ruzocimana avuga ko harengewe bivanye nโibitanda bike bihari kuko hari ibitanda 12.
Akavuga ko ivyo bituma haba abagwayi 2 canke 3 baryamye ku gitanda 1, agasaba ubufasha. Muri bakaba bariko barapompa amazu yose y'aho hadutse ico kiza ca cholera bakavuga ko abajejwe intwaro canke Reta yovugana nโabarongozi bโiryo shirahamwe mu ntumbero yo kuronsa amazi meza abanyagihugu bari muri ako karere havugwamwo iyo ngwara.
09/09/2025
#๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ: ๐ถ๐ป๐ฑ๐๐ถ ๐๐ฎ๐ต๐ฎ๐ฟ๐ถ๐๐ฒ ๐ธ๐๐ผ๐ป๐๐ฎ ๐ธ๐ ๐ป๐ฐ๐๐ฟ๐ผ ๐ฎ๐ฌ๐ฎ๐ฑ
Ku civugo: Gushira imbere kwonsa neza ibibondo mu gushiraho uburyo burama bubishigikira.
Uburundi bwahimbaje indwi mpuzamakungu yahariwe kwonsa neza ibibondo kuri uyu wambere igenekerezo rya 8 Nyakanga 2025, umusi usanzwe uhimbazwa mu ndwi ya mbere y'ukwezi kwa Myandagaro, ariko Uburundi bukaba bwashimye kuwuhimbaza muri iyi ndwi.
Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikirangaji bw'amagara y'abantu, Dr Nijimbere Olivier, yamenyesheje ko igikorwa co kwonsa abana ari ntasubirizwa, kuko gifitiye akamaro abana bato n'abavyeyi hamwe n'igihugu, kuko amagara meza ku benegihugu ari umushinge w'iterambere.
Uwo Munyamabanga Ntayegayezwa amenyesha ko ivyigwa vyakozwe vyarerekanye ko amaberebere ari ingaburo yikwije, ngo n'amazi ntakenewe kuko amaberebere arimwo ingaburo zose umwana akeneye kuva akivuka gushika ku mezi atandatu, bigatuma umwana agira igikuriro ciza n'ubwenge bukwiye, akagwiza abasoda b'umubiri bakamukingira kugwaragurika.
๐๐ฌ๐ค๐จ๐๐๐ ๐๐ง๐ ๐๐ช๐ฉ๐ ๐๐ซ๐ฎ๐๐ฏ๐ ๐ซ๐ฎ๐ค ๐ ๐ฌ๐ค๐ฃ๐จ๐ ๐๐๐๐๐ค๐ฃ๐๐ค?
Turakeneye gushiraho no gushigikira imigambi yamaho:
- kwitaho abavyeyi bonsa mu nzego zose, kwongereza inguvu mu kwigisha imiryango ku bajejwe amagara y'abantu ku kamaro ko kwonsa neza ibibondo, gushigikira abavyeyi bonsa kuva bagitangura kwonsa gushika bacutse abana babo;
- gushiraho imigwi ishigikira kwonsa no gushiraho amasanamu yerekana neza ukwo kwonsa neza bigenda,
- imigabo n'imigambi ishigikira imiryango
๐๐ง๐ช๐๐๐ง๐ ๐ง๐ฌ๐ #๐๐๐ฉ๐ ๐ข๐ช ๐ ๐ฌ๐ค๐ฃ๐จ๐ ๐ฃ๐๐ฏ๐ ๐๐๐๐๐ค๐ฃ๐๐ค
Nijimbere avuga ko mu migambi ya kwonsa vyashizwe imbere, aho yashizeho akaruhuko ku bavyeyi k'imisi 49 imbere n'inyuma yo kwibaruka, amasaha 2 yo kwonsa ku bavyeyi bakora ubuzi butandukanye mu kiringo c'amezi atandatu, hamwe n'isaha imwe mu mezi atandatu akurikira, gukorana n'inzego zose.
๐๐๐๐๐ช๐๐ช ๐ ๐๐๐๐ฏ๐ ๐ ๐ช ๐ฃ๐ฉ๐๐ข๐๐ฌ๐ ๐๐ฎ๐๐๐?
Uwo Munyamabanga ntayegayezwa y
09/09/2025
09/09/2025
EHE IVYIZA 12 VYO GUSENGA !!
1: Gusenga bizana amahoro mu mutima.
2: Gusenga bikiza ibicumuro.
3:Gusenga bituma ushobora kurinda ibikugerageza.
4:Gusenga biratuma ugira imigisha.
5:Gusenga kurakiza ingwara zidakira.
6:Gusenga biraguha igitinyiro n'icubahiro.
7:Gusenga bituma ibicumuro vyamwe vyose bifutangana.
8:Gusenga vyirukana urwanko mu muryango.
9: Gusenga biguha icizere c'ejo hazoza .
10:Gusenga niho tubonera Imana.
11: Gusenga bituma amashetani yose akuvako agahunga.
12: Gusenga niho abemera cane berekwa.
Muhezagirwe.
Muvukanyi ntugende udasangije bagenzawe.
Yezu ni muzima ...
Noba ndarwiciriye ntamenyesheje inkuru nziza.
22/08/2025
โโ๐๐คฃ๐คฃ๐คฃ kano kajambo B-Face On The Flo yavuze yavuzuku kobenshi mukunda kuvuga ngo ntamukunzi nfise ubu rero namuronse ngombe ndabibari mundabishe ngumane uyu canke ndavyihoze mbwira ubona yokubaka mundabishe nkabafana banje sinzohave Nita mumanga ๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ mbwira Muri Comenter ๐
Ocean styliste
22/08/2025
โ
๐ด๐BREKING Amakuru meza muri Fc Barcelone
โช๏ธInyuma yuko vyari bimaze igihe bivugwa bihejeje kurangira Umusore Frenkie Dejong ahejeje kwongereza amasezerano y'imyaka 3 muri FC Barcelone.
โช๏ธUwumusore akaba asinye amasezerano kugera mumwaka wa 2028. Kandi mubiri mumasezerano nuko yemeye kugabanya umushahara wiwe bimwe biteye ubwoba
โช๏ธIbaze Yahora ahembwa amafranga arenga 15Mโฌ ariko agiye guhembwa amafranga angana na 9Mโฌ. Kugira Equipe vyorohe ko Umurwi wiwe wandikishe abakinyi
๐๐๐Mwakiriye gute ano Makuru?
Lionel Irakoze
22/08/2025
๐ซ๐Barcelona ihejeje kwemeza ko yatumiye COMO kuva mu Butaliyano ariyo bazohura mugikombe cayo yama itegura burimwaka Joan Gamper ๐ฏ๐
15/08/2025
๐ Urwaruka rw'abanyeshure ruri mu buruhuko ruriko ruraronswa inyigisho z'imisi ibiri kuva ku wa 13 Myandagaro 2025 na "Impact Wisdom Foundation", kuri Lycรฉe Municipal
๐คSamuel Tuyisabe (Sammy Blessing) ariko aratanga izo nyigisho yamenyesheje ko ihangiro ryazo ari ugukundisha abanyeshure ishure hamwe n'iterambere ry'amanota. Yamenyesheje kandi ko babigisha ingene botera imbere kandi boshira imbere kwiga kugira bashike kw'ihangiro. Ikindi ngo kugira imbonakazoza ya 2040-2060 tuyishikeko, bisaba ko haba hari urwaruka rwize kandi ruciye ubwenge, mu kwirinda ko dutezwa imbere n'abanyamahanga. Yabandanije amenyesha ko izo nyigisho zibaye Ku ncuro igira gatatu kandi zama ziba mu buruhuko bwo mu ci, ariko bagiye kwiga ingene boza barazitegura no mu biruhuko bindi ndetse bagire n'ama "clubs" ku mashure
๐ฃ๏ธ Abanyeshure bariko barakwirikirana izo nyigisho harimwo n'abazitanguye Ku ncuro ya mbere bamenyesha ko zabafashije cane , ndetse arico catumye bagaruka kandi kuri iyi ncuro ya gatatu. Isezerano Queen Young yitavye izo nyigisho kuva zigitangura ku ncuro ya mbere yamenyesheje ko izo nyigisho zifasha mu kungene abanyeshure biyungura ubumenyi mu vyerekeye ishure,kuko ngo bariga ingene bapanga umwanya wabo wo kwiga n'uburyo bokwiga. Yagize ati: "Ubuhinga n'uburyo bw'ingene nokwitegura mu kwiga ndabifiseko ubumenyi, kuko udafise umwete ntibikunda ko ushika kuco ukeneye."
๐งโโ๏ธGiriteka sammy Caleb yitavye izo nyigisho ku ncuro ya kabiri, nawe yashimangiye ko catumye agaruka muri izo nyigisho ari uko mu mwaka uheze yakuye vyinshi Kuko babigishije ingene bapanga umwanya wabo n'ingene bokwiga kandi batarinze guta umutwe. Yagize ati: "Inyigisho zaramfashije vyinshi kubera kare n'aba muba 20, ariko ubu naraduze ku rugero rushimishije kuko ubu nabaye muri 7 ba mbere kandi n'amanota meza. Akaba yateye akamo urundi rwaruka kugira umwete hamwe n'ivyo bashaka gushikako kuko ngo ata mwete ufise ntushobora gushika kuco ukeneye, kuko vyose bijana"
๐Umwe muri bashasha bita
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Telephone
Website
Address
Gitega
Gitega
568922
25/08/2025