Foot Today
22/01/2026
🚨 BREAKING NEWS ♨️
Inyuma yo kubona yuko imigwi nka Manchester City na Liverpool itanguye kuraba ryiza umukinyi Michael Olise, Bayern Munich igiye gutanguza ibiganiro naba agents ba Michael Olise.
vyo kongereza amasezerano mashasha .
Bayern Munich irashaka ko Michael Olise asinya amasezerano mashasha yo gushika 2031 mu gihe ayo afise ubu azohera muro 2029.
Bayern irashaka kuzitira itaronerwa aho ishaka guha Olise amasezerano y'igihe kirekire ice yongera imuhe umushahara munini nk’uw’abakinyi nka Musiala na Kimmich. Bayern yizeye yuko mu mpera z'uyu mwaka izoba yahejeje iyo operation yo kongereza amasezerano mashasha Michael Olise
Source : Enock Kobina Essel
07/01/2026
♨️ SOUPERCOUPE 🇪🇦
TAYARI urukino rwariko rurahuza FC Barcelona na Athletic Bilbao rukaba rurangiye Ku ntsinzi ya Fc Barcelone y'ibitsindo 5 Ku 0 vyinjijwe na
⚽Ferran Torres Garcia 22'
⚽Fermin Lopez 30'
⚽Roony Bardhaghi 34'
⚽Raphaël Diaz Beloli 38'
⚽Raphaël Diaz Beloli 52'
FT:FC Barcelona 5-0 Athletic Bilba
Barcelona ugeze muri final ya Super Coupe d'Espagne, ugiye kurindira Real Madrid na Athletico uwuzorengana.
Raphinha niwe atowe nk'umukinyi yigenjeje neza mu rukino inyuma yogutsinda ibitsindo 2 wenyene atanga na assiste
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
69797500
Rumonge