OG FORCE

OG FORCE

Share

24/05/2026

🫵😀😀 Vykomeye kwa ibintu bigeze kurundi rwego hari amakuru turari tuzi uyumusi turamenye ivyari vyinyegeje inyuma yoguhangara OG FORCE akumuvugako kariwe yasatura umwana muto Djicia Kezak Bdi mukanya ndatanga ibirego bamuntwarire kumusaga asazireye

OG FORCE

24/05/2026

😂🤣 Gérard Martín ariko araba Pedri nk’uwuri kuvuga ati: “Muvandimwe, gira ico ukoze vuba, ibintu biriko birarenga!” 😭🔥
Pedri nawe asa n’uwuzuye ivyiyumviro vyinshi ati: “Reka mbirabe neza mbere y’uko mfata ingingo!” 😂⚽️
Iyo regard yabo yari comedy pure kabisa 🤣💙❤️
Abafana bose baca batangura guseka no gukora memes kubera ukwo kurabana kwari kurimwo panic n’ugutwenga icarimwe 😭🙌

22/05/2026

📽️🚨🙏 Mo'W Kanzie avuzeko B-face On The'flo hamwe n'a Kirikou A Kili baguma bamugora nimumureke yubake ugwiwe

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Rohero?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Rohero