Burunga GF

Burunga GF

Share

02/06/2026

🔴⚫Netanyahu aratinya Trump

Twazindutse tubabwira uko Trump yashwaniye Nétanyahou, akamutuka n’ibitutsi vy’abungere ( ntitwashimye kubicisha hano kuko nta rupfasoni rwarimwo)

Mu vyukuri, Trump yari ashavuye, kuko ubwiwe yaciye avugana na Hezbollah, avugana n’abaserukira Liban na Israël. Ib**aniro vyarangiye bavuganye ko Israël ihagaritse ibitero vyo muri Dahiya mu bumanuko bwa Beyrouth ( umugwa mukuru wa Liban), Hezbollah nayo yahagaritse ibitero ku basirikare ba Israël no ku butaka bwayo

Inyuma y’ayo masezerano, Israël yahevye ibitero vya Beyrouth ariko iriko isya itambaye mu bumanuko bwa Israël

Iciyumviro co guheba kumwa Dahiya cashavuje ibisiga biri muri Leta ya Bibi . Aha twovuga nka Itamar Ben Gvir, umushikiranganji w’umutekano yaciye asaba Nétanyahou muri aya majambo:

Nyakubahwa mushikiranganji wa mbere

Wavuze ko umushikiranganji wa mbere akomeye ashobora kubwira EGO umukuru w’igihugu ca Leta zunze ubumwe za Amerika iyo bikunda canke akavuga OYA iyo bikenewe. Iki ni igihe co kubwira OYA umugenzi wacu, président Trump

Iki nico gihe co gukora ibikenewe ngo dukubite Hezbollah, kubohora abagwanyi bacu no kugarukana amahoro mu buraruko bw’igihugu cacu

fyonda suivre kurururubuga ubandanye ubona nayandimakuru mashasha ajanye nivyizintambara

SOURCE👉

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Makamba?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Bujumbura
Makamba