Patrick Burundi
11/07/2026
🚨 Lamine Yamal yagabishije abafaransa imbere yo guhura nabo muri 1 ca 2 gishira icanyuma 😬 :
Lamine Yamal : « Nimba abafaransa bakwiye kugira uwo batinya, bakwiye gutinya twebwe.
Ubuheruka, ni twe twabakuyemwo... Tuzoraba ibizoba, ariko ntabwoba dufise. » 🔴🔵 👀
Urabaha amahigwe angana gute kw'ijana ?
10/07/2026
🚨🚨 MBEGA VYIZA 😍✅ Lamine Yamal ntagitsindo yatsinze, ntamupira uvuyemwo igitsindo atanze, ariko urukino rudasanzwe akinye, rumuhesheje kuba umukinyi yaranze urukino rw'uno munsi imbere y'Ububirigi.
✅ Amashoti yose hamwe 6
✅ Amacenka yakunze 4
✅ Imipira yatsindiye murukino 9
HOMME DU MATCH 🌟 LAMINE YAMAL
Ay'uno mugoroba 💰, arabitswe. Iyandikishe nawe muri BET1. Aka kanya, nkanje ndi n'umwanya wo kubibafasha, bikugoye nyandikira kuri +25768497731 nkufashe. Ca hano wifashe biroroshe cane :
https://register.bet1.bi/processing/click?btag=26034
Injira aha. Code Promo N'iyi : 26034
10/07/2026
Lammers umunyezamu yasubiriye Thibaut Courtois umubonye gute mur'ino minota yanyuma ?
10/07/2026
💔😥 Amosozi menshi mumaso ya Thibaut Courtois umunyezamu wa Real Madrid, agize imvune k'umunota wa 70' w'urukino ruriko ruhuza Ububirigi na Espagne muri 1/4 gishira icanyuma mugikombe c'isi. [1-1]
10/07/2026
🚨🚨 BREAKING 😳✅ Gianni Infantino ayoboye FIFA, batanguye kumukorako amatohoza !
Inama Nshingamateka y’Iburaya (European Parliament) yasavye ko hakorwa itohoza ryigenga ngo hasuzumwe uburyo Gianni Infantino ariko ayobora FIFA n’ingene ibikorwa vy’iyo shirahamwe biriko birakorwa.
Inyuma y'imyidogo ya bamwebamwe kungingo za FIFA, Infantino agiye gukorwako amatohoza.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
Gitega