Predication Of Cross Ministry

Predication Of Cross Ministry

Share

25/08/2025

IKANGURO IKANGURO 🔥

Turanezerewe🙏kubatumira mu Gikorane c’Ikanguro c’imisi 3.

Notre conviction :
🛑Uzomenya umugambi w’Imana kubuzima bwawe
🛑Uzonagurwa,wongerezwe inkomezi za Mpwemu yera
🛑YESU NINYISHU burikibazo cose ufise uzotahana inyishu

🗓 Itariki: 29–31 MYANDAGARO
⏰ Isaha:12h vend 14h sam
📍 Ahantu:EEAC rweza

👉 Ni umwanya wo gukanguka mu mpwemu no guhura n’Imana..NTUSIBE
Plus info +257 61989780

06/07/2025

6 Nayo jewe, ndi hafi yo gutanga ubuzima bwanje ngo busukwe nkĘĽishikanwa ryĘĽikinyobwa; igihe canje co kurangiza kirash*tse. 7 Nagwanye intambara nziza, narangije urugendo, nazigamye ukwizera. 8 Ubu ndindiriye umudari wo kugororoka, uwo Umwami Imana, we mucamanza agororotse, azompa kuri uwo musi. Kandi ntazowuha jewe jenyene, azowuha nĘĽabarindiranye igishika uguhishurwa kwiwe. 2Tim4:6-8

Want your place of worship to be the top-listed Place Of Worship in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Website

Address


Gitega

Opening Hours

Monday 06:00 - 23:59
Tuesday 06:00 - 23:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 06:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00