ELVIS EDITH

ELVIS EDITH

Share

Photos from ELVIS EDITH's post 16/03/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Umuririmvyi -B y'amaze kuva muri style zama Piano, agarutse muri za Melodie ziwe za R&B zoguhibongoza, aho araye asize coming soon y'indirimbo y'iwe agira asohora namara kuva mumafungo ya Ramadan, nino ndirimbo izoba y'itwa "Tel-Aviv" indirimbo izosohokana namasanamu.

โœ๏ธMbega ibintu vyokuryamaryama kunkumi uri mumafungo biremerewe....?

09/02/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Ikibazo Ca Drama T Na B-face On The'flo Gisa Nikigiye Kurangira Kuko Uwo Bahora Bavuga Ko Bapfa Yaraye Abavuyemwo Ndetse Ubu Tuvugana Akaba Ari Umugore Wuwundi Mugabo!

Ariko Nubwo Biruko Umuririmvyi DRAMA-T We Ntiyigeze Ashika Kuri Mariage Kuko Yari Yamaze Gufata Rutemikirere Yibereye Mubufaransa ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ซ

Umuririmvyi B-FACE We Yarahari Ndetse Yaranagaragaje Kwavyishimiye Cane Kuba Uncuti Yiwe Magara Ikoze Ubukwe Ndetse Akaba Yaranamuririmbiye โœŠ

Drama T Ashobora Kuba Atarazi Neza Itarike Yubukwe Bwa Monna Walda Kuko Batari Basanzwe Bakivugana Cane Nkakera Ariko Ntaco Bitwaye Abandi Barahabaye Vyari Bimeze Neza!

๐Ÿ”บ Twitege Ko Drama-T Na B-Face Bagiye Gusubiza Hamwe ? Vyokuryohera? Ubona Vyodufasha Kwubaka Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ?

๐Ÿ”บ Canke Bagume Ukonyene Badahuza? Kubwawe Ubibona Gute? Baguma Muri Bifu? Ko Icabateranije Kitakiri Kuruhande Rwumwe ๐Ÿ™„๐Ÿคทโ€โ™€๏ธ

๐Ÿ’ฐ๐Ÿ”ฅKorera ๐—”๐— ๐—”๐—™๐—”๐—ฅ๐—”๐—ก๐—š๐—” Aho Uri Hose Ugurura 1XBET Ukoreshe Code promo DOSTYBUJA ๐Ÿ’ฅ Uronke Bonus Ya 300% Y'a Mahera Ushizemwo ๐Ÿ’ด๐Ÿ’ธ

Code Promo DOSTYBUJA ๐Ÿ’ฅ Irizewe Cane โœŠ

โœ… Fyonda kuri link ๐Ÿ‘‰ https://cutt.ly/CtbkstY5.

โœ… Injira Muri 1Xbet Koresha Code Promo DOSTYBUJA

โœ… Uzuza Ibikuranga Vyose

โœ… Shiramwo Amahera Yawe ๐Ÿ’ธ .
Ubwonyene BOOM ๐Ÿ’ฅ Bonus Ya 300% Icikugwamwo ๐Ÿ’ฅโœŠ๐Ÿ”ฅ
Amahera Ahari, Aravuga. ๐Ÿ’ฐ๐Ÿ”ฅ

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Buganda?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Carama
Buganda
011233