LINOX TV

LINOX TV

Share

Photos from LINOX TV's post 19/04/2026

Coupe du Président

FT: Vital'o 4-0 Kayanza United ( Aggr: 5-0)

Vital'o ironse itike ya 1/2 gishira icanyuma mugikombe citiriwe umukuru w'igihugu ikazoca ikina na Aigle Noir nayo yabandanije itsinze Bs Dynamique

FT: Aigle Noir 1-0 Bs Dynamique ( agg: 2-1)

FT: Ngozi City 4-0 Muzinga FC
(Agg: 4-3)

Ngozi city ikoze ibitangaza mukugombora ibitsindo 3 vyose yariyatsinzwe murukino rwambere na Muzinga itako iranasezerera uwomugwi

Ngozi city yaronse itike ya 1/2 gishira icanyuma ikazoca ikina n'umugwi uzobandanya hagati ya Rukinzo na Rocky city

Photos from LINOX TV's post 18/04/2026

Uburundi buhejeje gutsinda igihugu ca Malawi munkino zokurondera itike yokuja mugikombe c'isi z'abigeme batarenze imyaka (U-17)

FT : Burundi-U17 2 - 1 Malawi-U17

⚽Kerene Nshizahabona
⚽Ella Louange Kezimana

⚽ Tamandhani Chilimba

Mu nkino zo Kurondera itike y'igikombe c'isi c'abatarenza imyaka 17 , Uburundi buhejeje kubandanya mu gice gikurikira

Uburundi burindiriye kuraba uwuzotsinda hagati ya South Sudan na Ethiopia niwe azoca akina n'uburundi mugice gikurikira

18/04/2026

Umugwi nserukiragihugu Intamba murugamba w'abigeme batarenza imyaka (U-17) unomusi barakina n'umugwi nserukiragihugu wa Malawi kuri Stade Intwari murukino rwogusubiriza igihe c'isaha icenda (15h00')

Murukino rwambere intamba murugamba zarizatsinze umugwi nserukiragihugu wa Malawi ibitsindo (2-1)

🏆 FIFA U-17 Women’s World Cup 2026 – African Qualifiers
⚔️ Burundi 🇧🇮 vs Malawi 🇲🇼
🏟 Stade Intwari
🕔 15h

Photos from LINOX TV's post 17/04/2026

Twabazaniye bishasha 🔥😂... Abakobwa murihe? Nimuze turabe "Riddle Me This" Kuri Linox Tv. Hewe birashushe, birakazeee...🤣

This Friday, le 24 Avril only on Linox Tv

Photos from LINOX TV's post 17/04/2026

Umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba w’abigeme batarenza imyaka 17 (U17) waraye ukoze imyimenyerezo mu kwitegurira neza urukino rwo gusubiriza ruzowuhuza n’igihugu ca Malawi.
Urwo rukino rutegekanijwe ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2026 ku kibuga Intwari isaha icenda (15h).

Umugwi nserukiragihugu wa Malawi (Young Scorchers) w'abatarenza imyaka 17 nawo waraye ush*tse mugisagara ca Bujumbura

📸ffb

Photos from LINOX TV's post 09/04/2026

Uku niko Tombora igenze muri 1/4 gishira icanyuma mugikombe citiriwe umukuru w'igihugu :

Inkino zibanze zizoba igenekerezo rya 15/04/2026
🔸Kayanza United - Vital'o
🏟️ Bazotangurira kwa Kayanza
🔸Rocky City - Rukinzo FC
🏟️ Rocky city niyo izotangura kwakira
🔸Muzinga FC - Ngozi City
🏟️ Muzinga niyo izotangura kwakira
🔸BS Dynamic - Aigle Noir
🏟️ Dynamic niyo izotangura kwakira
Inkino zo gusubiriza zikazokinwa kumagenekerezo ya 19/04/2026
Umugwi uzotsinda hagati ya Kayanza Vs Vital'o, azoca ahura n'uwuzotsinda hagati ya BS Dynamic na Aigle Noir.

Uwuzotsinda hagati ya Rocky City na Rukinzo, azohura n'uwuzotsinda hagati ya Muzinga na Ngozi City.

Inkino z'ibanze za 1/2 gishira icanyuma, zizokinwa kumagenekerezo ya 03/05/2026, izo gusubiriza zikinwe kumagenekerezo ya 06/05/2026
Urukino rwanyuma rw'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu, ruzokinwa igenekerezo rya 15/05/2026.

08/04/2026

La Boss concert Burundi

08/04/2026

La Boss Concert Burundi

Send a message to learn more

Photos from LINOX TV's post 03/04/2026

Umugwi wa Topgirl's ACADEMY urabandanya imyimenyerezo yawo ukuri kwamye ufise urukino kumunsi wejo

01/04/2026

Hey there, I'm trying to grow my following! Every new subscriber gets me closer to completing this goal. Thanks for your support!

Support me by subscribing here: https://www.facebook.com/61557904867389/subscribenow?surface=permalink_share_goals_post_url

Photos from LINOX TV's post 31/03/2026

Intamba murugamba today ni fire

Want your business to be the top-listed Media Company in Perth?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Website

Address


Perth, WA
6163