ASMAN
�����������
Game over 😂😂😂🤣🤣😂
06/04/2026
🔴🔵Ikinyamakuru La Ser cavuze yuko Ademola Lookman na Julian Alvarez kumusi wa gatandatu aho umugwi wabo wa Ath Madrid wariko wambikana na Fc Barcelona bagumye kugatebe bihweza neza Défense ya FC Barcelona ukwo bazoyikina kumusi wagatatu I Camp Nou vyoroshe 😊
🔙Ico kinyamakuru kivuga ko Diego Siméone yabagumije kuntebe kugira baze bararaba Défense ya FC Barcelona uko boyicako vyoroshe ku musi wa gatatu muri UEFA Champions League
🔶Mubona Atletico Madrid woba ugiye kuba umugwi wambere uzotsindira FC Barcelona kuri CAMP NOU ? Canke nubu bazoyibwagaza😊❓❓
♻️Ukaba wipfuza kuza uramenya amakuru y'inkino agezweho
Gira FOLLOW Asman
Ba catholique😭😭😭😭😭😂😂😂😂
24/03/2026
🔵🟣Barcelona irifuza kwongereza amasezerano ya Marc Bernal na Gerard Martin
Marc Bernal 'na Gerard Martin bamaze kuba abakinyi ngirakamaro ba Hansi Flick ino sezo biravugwa ko Barcelona yifuza gukurikirana kazoza kabo hagufi
Gerard Martin afise amasezerano azomugeza 2028 hama Marc Bernal kugeza 2029 bompi Barcelona ibona ko bategerezwa guhabwa ayandi masezerano mashasha nyaburya babaye abakinyi ngirakamaro muri Effectif ya Hansi Flick
✅Mundo Deportivo
24/03/2026
🔴🔵Ingwanyi za Fc Barcelona mu munezero mwinshi mumugwi nserukiragihugu gihugu wa Espagne
♻️Ukaba wipfuza kuza uramenya amakuru y'inkino agezweho
Gira FOLLOW ASMAN
24/03/2026
©️COPYRIGHT:
🔵🔴 Intamba ntiziriko ziroroherezwa i Ndjamena !
I Ndjamena, ibintu hanze y’ikibuga si vyiza na gato. Hari ukutumvikana kwavutse ku bijanye n’amasaha y’imyimenyerezo y’Intamba mu Rugamba. Nk’uko vyari bitegekanijwe uyu munsi, umugwi nserukiragihugu w’UBurundi wari gukora imyimenyerezo ibiri kuri uyu wa kabiri :
- Imyimenyerezo ya mbere kuva isaha zitanu n’igice gushika isaha zitandatu n’iminota cumi n’itanu (ku masaha yo muri Ndjamena), iyigira kabiri igatangura isaha cumi n’imwe z’umugoroba.
Ariko rero, Ishirahamwe rya Tchad ryanse ko imyimenyerezo yo mu gitondo ibera ku kibuga kuko ari amasaha y'urukino ariko baciye bacugara kugira babuze imyimenyerezo.
Kugira bashobore gukora imyimenyerezo yo mu gitondo, Intamba mu Rugamba bakoreye muri jardin y’ihoteri bashikiyemwo .
📷 : DR
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Lusaka
10101