Top Hit Stars
12/12/2025
🇧🇮🔥 Nubwo Batarabonana Kirikou A Kili Abandanya Kwerekana Ko Atawundi Mwigeme Akunda Atari Umwamikazi W'urwanda 🇷🇼 Akundwa Na Bose.
Muma Photos Yose Unomwigeme Apostinga Kirikou Aba Mubambere Mukuza Muri Commentaire Kwerekana Urukundo ❤️
Ubuherutse Yanditse Ati ✍️: Keep Shining QUEEN Ndagukunda Vyahatal
Iyumusi Nahonyene Yolo The Queen Yapostinze Iphoto Zisabukuru Yiwe Maze Akurikiza Amajambo Ati : ANKUNDA CANE KUKO NDI UMUNYARWANDAKAZI 🇷🇼
Nahonyene Kirikou Ntiyatevye Kuza Muri Commentaire Kumwereka Urukundo ❤️ Nutu Emoji
🔺 Ayo Majambo Yolo Yoba Yayabwiye Kirikou?
🔺 Ubona Bizoteba Bigacamwo Kirikou Agatsindira Kino KIMASA Cipfuzwa Na Buri Muntu Wese Canke Kirikou Avinyuma?
28/11/2025
‼️🚫 🚫‼️ Uwitwa Big Fizzo show igiye kubera aha muburundi ikazoba airimwo nabana be aho ndavuga Kirikou A Kili n'a Double-jay OnceAgain nivyiza cyane kubona abana wareze bariko baratera imber ntibabe ibirumbagane
🚫Gusa nubwo biruko je sinezerewe kumvo zuko bano bantu bategura kugera kurunomwanya sindamenya impamvu impamvu ariw muririmvyi bobona buruko habaye show ariwe bakwama bazana
‼️Canke aza kubuntu ? Mbe mwe mutegura ibiteramo tutabeshanye niyahe jos Chameleone aheruka gusohora ituma mumwamiz hano muburundi
‼️Ko mudaheba amafranga akwiye mukazana nka Harmonize cank bwacakanya ngo igiteramo cabuze abantu aboje uriko ubazanira umuntu aheruka hit songs muri 2013 🤣 we udukurirana utabeshe hari indirimbo ya jos Chameleone u*i woririmba 2 minutes ?
‼️Ngira aza kubuntu kuko sinumva impamvu yamaha nkumuhuko wamakara je nanka kubesha mutazanye undi muririmvyi ntabwo noza ekareka bamuhenda abandi 👽
🤝 Kubantu musanzwe mudukurikirana kurino page ya
28/11/2025
Akakantu Nagaki mwe Murakabona ?
27/11/2025
Ibintu Bigeze Kurundi Rwego Umusore Wacu Nyuma Yuko Avuze Yuko Yemera Umunyarwanda Kazi Bita
Ubu Tuvuga Nta Foto Yumukobwa ica Adakoze Likes Canke Ngo A Shiring Kuri Instastory Yiwe
Ubu Tuvugana Numukobwa Yamaze Kuba Ashira Mubantu Ndwi Akurikirana Kuri Instagram
Mwe Mubona Runo Rukundo Ruzovamwo Canke Nimiyeyusho Gusa ??
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Website
Address
1968