RUTWITSI.com
28/10/2022
hello guyz uno musi tubazaniye inkuru yaciye ibintu kw'isi iratangaje iranasekeje caane Bamwitwa aji yahora aba muri Afrique yepfo akaba yari amaze imyaka Mirongo itanu atoga uno musi ababanyi bagerageje kumwoza yaciye yitaba imana Bamwitwa aji Kora na kuri ino page ukomeze ubone inkuru zigezweho Kw'isi
11/10/2022
hello guyz uno musi tugarukanye naba basore babiri bagize umugwi wa love music ariko kumpamvu itari nziza bahinduye izina ubu babita love muzika *Uno musi baragaragaje akababaro kabo ukuntu manager wabo yifuje ko bogirirwa nabi ariko vyose biba impfagusa kurikirana page yacu uramenya vyishi utaruzi ugire na
28/09/2022
Hello hello guyz unomusi tubafitiye inkuru mbi cyaane kumusore mwakunze muri benshi mumuzi kwizina rya amakuru mabi rero nuko ari gushinjwa gutera inda umukobwa musanzwe muzi aririmba Gosper bamwitwa guyz ibi bintu birababaje cyaane kubakunze ibikorwa vyabo kurikirana page yacu y Facebook mukomeze mumenye byinshi mutazi na
22/09/2022
Nyimba koko warakunze indirimbo zuyu muvandimwe Yvan Buravan Muri comment mwifurize iruhuko ridashyira twizere ko ari heza cyaane
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Kicukiro