Poutine burundi

Poutine burundi

Share

Photos from Poutine burundi's post 24/10/2025

🛑Bihugu mutunze ubutare ibitoro nibindi nimwigwizeko ibigwanisho ruhonyanda hanyuma tuje hamwe tugire umuryango wubutunzi ntaho umupolisi wisi america 🇺🇸 azobakura iyo nsomye akahise amateka ya col kaddafi ndababara cane ariko kadafi ikosa yakoze nirimwe guheba umugambi wokugira ruhonyangada icifuzo canje nuko hoba onu shasha tukarekana niyo magendo yabanyamerica nabanyaburaya birigwa bafatira ibihano ibindi bihugu kubera wanse kubaha ubutunzi k**a baguteza intambara batogushobora baguteza ibihano vyubutunzi ibibintu nivyo namye mbwira president xi twige kwino politique yubwigenge navuganye na president poutine twige kandi kukijanye numutekano namasezerano mpuzamakungu yokudakwiragiza ibigwanisho ruhonyanda akwiye gusubigwamo duhangane nakarenganyo mpuzamakungu nubukoroni bugezweho

iyonzakuba ndi president kirya gihe nta kadafi barikwica murakoze

president wa korea yuburaruko malechar kim jong un.

Photos from Poutine burundi's post 16/10/2025

mumyaka ibiri gusa burkina faso yagwijr incuro zibiri amahera yinjira mugihugu PIB kuva traore aje akubaka ihinguriro ryinzahabu hamaza kwinjira miriyaridi 18 zamadollar ayayose ava kukuba batakirungika ivu ririmwo ubutare ahubwo zishogwa zatunganijwe bikazana umusaruro menshi yashowe mugisirikare nomwiterambere mugihugu hagati

Photos from Poutine burundi's post 10/10/2025

🛑netanyahu ahejeje kumanika amaboko ubwiye yisabiye putin ko atantambara akeneye na iran

🛑vyatanguye iran ihana ikigo cibanga nubushakashatsi ca isreal ariko isreal ntiyigeze isubiza mukwezi guheze

🛑trump aragabisha ariko iran yaciye igura indege zitera ibibombe ruhonyangada muburusiya nomubushinwa aha isreal yarabibona neza ko iramutsa igwanye ihura ningorane kuko misiri nakatare ababanyi ba isreal nabo bari bamaze kuja kuruhande rwa iran 🇮🇷 isreal yakubitwa buyoka kuko nabongereza bahoze bayitabara ubu bayihevye kubera kwica abana muri gaza

🛑netanyahu niko gusaba imbabazi quatar ubunaho yatumye putin kumusabira imbabazi kuri iran 🇮🇷 ati isreal ntantambara dukeneye niharambe amahoro mbega iran irahana isreal canke vyaheze inyishu isigaye kwa mutama kamenei

z

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Moscow?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

Moscow