SAID DJUMA

SAID DJUMA

Share

Photos from SAID DJUMA's post 20/05/2026

Ngo Nibiki Biriko Biravugwa ngaho I MUYINGA Iwanyu

Ngo ni Umugabo Yavuye Muhira Yigiriye kukazi , Umugore Aca Ahamagara umuhabara Wiwe Umugabo Nimba Arico Yari yibagiye Ntumbaze Niko Kugaruka Muhira Asanga Hahiye Hagurumanye ndake Tuberetse Amashusho Ariko na Video Iriho Ayo namashusho Ari Muriyo Video

INKURU YABAYE KIMOMO

Abasanzwe Bazi Uyo Mugabo Yafashwe asambana ngo Yitwa ...... Ba Albert Shn.

Abamuzi Ngo Akorera kwisoko Nkuru Ya Muyinga Hepfo Ya Parking ,,, Ngo Asanzwe Arumu LUMICASH.

Umugabo Basambanije Umugore Yasavye 18 Million zamafaranga Yamarundi

ALBERT Azize Wakera Ndake Kandi Izo 18M Already Yamaze Kuziriha Shn

Guys Tuganire Ariwewe Woziriha Canke Wokwemera Gufungwa Mumbwire Muri Commentaires

Photos from SAID DJUMA's post 20/05/2026

🚨🇮🇷❤️💍 Mu gihugu ca Irani, habaye ibirori bidasanzwe aho abageni barenga 500 bubakanye icarimwe ku bibanza bikuru vy'umurwa mukuru Téhéran mu rwego rwo kwerekana ubumwe n’ugushigikira igihugu muri ibi bihe vy’intambara n’ukutumvikana kwa politike hagati yabo na Amerika & Isirayeli. 🇮🇱🇺🇲

✍🏿🤵🏻👰🏻‍♀️ Nk’uko ibinyamakuru bitandukanye bibivuga, ivyo birori vyari mu gikorwa ciswe “Janfada”, gishigikiwe na Reta, kigamije gukomeza ubumwe bw’abanyagihugu no gufasha imiryango mishasha. Hari n’aho bavuga ko abitabiriye biyemeje gushigikira igihugu cabo mu gihe c’intambara.

🚙 Muntumbero yo kwereka amakungu ko bose bafatanye mu nda, bashoboye kugendera mu miduka iriko inkoho nininini hejuru yabo.

14/09/2025

YABAYEHO IVUYE KUMUKOBWA MWIZA YARAHEBUJE💔

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Dubai
Bujumbura