BRING KING

BRING KING

Share

06/03/2026

🙅🏽‍♀️ avuz’ati ntimuzosubire kumubeshera siwe ansarisha 🤣😩😂 ngo ivyo bintu mubihagarike

😁 Ariko nanje naho mubivuga simbona aho nasariye 🤭 mbona nibereye kwakundi nyene

05/29/2026

🥵Sat-B vyomugora kuronka amahera twinjiza kumwaka niyo mpamvu kuba aba danseurs biwe bigoye cane…….. Umuririmvyi twipfuza gukorana nawe ni

🤔Abantu benshi bari bazi ko bano ba danseurs dukunze kuboneka mu ndirimbo za no mu biteramo ajamwo bari musi y’uburongozi bwa ariko siko bimeze !😳

🚙 Mbega ya yabahaye nkaba danseurs biwe igeze hehe ?

05/27/2026

🏆 Agashimwe k’umumenyeshamakuru w’umwaka wewe wogaha nde ?

🤭 Hariho ama commentaire maze imisi mbona ngo abamenyeshamakuru bubu ko tudashoboye sinzi ico baba bafatiyeko ariko vyukuri ntabariko barakora neza bahari ???

03/31/2026

🚨😢IZI NKUNDOO💔🙆🏿
Ikiganiro ni ❤️ mushikirizwa na BRING KING hamwe
Lundi-Vendredi 21h-23h🔥🚀

fans

03/28/2026

🚨Eweee Lydia Shn🤣🤣😅
Ikiganiro ni ❤️Mushikirizwa na BRING KING hamwe na 🔥

fans

02/17/2026

WARUBIZI!!🚨 Bamwe muvyamamare bashoboye kuba bavuka Kuruyumusi Igenekerezo rya 17/2🎉
TUBIPFURIZE ISABUKURU NZIZA🎂
IREBE FM 91.4MHz
fans

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Quebec?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address

Quebec, QC