AIPDD Intwari

AIPDD Intwari

Share

10/01/2026

Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp : https://chat.whatsapp.com/IlOcmASbFyKBrc9H8AVtP0

đź”§*TANDUKANYA CONNAĂŽTRE na SAVOIR GUTYO UTEZE IMBERE KURYA AGAFI WIROBEYE*
- Birabereye ko umenya ubwoko bw'ama idée de business yamyeho, yamaho, kandi azokwamaho
- Birabereye ko umenya kw'itegurira Igitabu c'umugambi wawe,
- Birabereye ko umenya uburyo bubereye wokoresha muguhemba abakozi muri entreprise yawe
*ICO UDAFISE MU MUFUKO KIRONDERERE MU MUTWE*
KAZE MURI IYI GROUPE, KUWIPFUZA GUSA IZO NYIGISHO, CANKE UFISE ICO UBAZA CA inbox kuri izo numéro ziri kuri affiche kuya Steve NSAVYUMUKAMA, Canke kuya Dr Abadie MUNYENTWARI.

LIBÉREZ VOS POTENTIELS💫💫💫

24/12/2025

May this brings you blessings and joy.
We love you so much.
Stay focused on your goals!

23/12/2025

*IHWANIRO, IHWANIRO, IHWANIRO!*

Mu ntumbero yo gusozera no gutangura umwaka neza kandi twiteguye, amashirahamwe *COLE pour Avenir* na *Rise and Shine for Change*, yarabateguriye ihwaniro rizohuza urwaruka n'abantu batandukanye, aho tuzoca irya n'ino ivyiyumviro bitandukanye, kucivugo:*" Urwaruka mw'iterambere ry'igihugu!"*.

Rikazobera mu nyubakwa za *CFP Muyinga (Kuri Foyer),* kuwa *gatanu* igenekerezo rya *26 kigarama, 2025*, igihe c'isaha umunani *(14h)* z'umutaga.

Woba uri mu Gisagara ca Muyinga, canke mu micungararo yaho? Ikazanure nyabuna wishikireho, aka karyo keza ntikaguce mu myanya y'intoke, narirya ko kwinjira ari k'ubuntu!

*Wipfuza kuba muri gurupe y'ihwaniro, kanda ngaha👇*

https://chat.whatsapp.com/H057dT5XwUF5Aw5fgsxvaz

*Urahawe ikaze!*
*............................................*

*Rishigikiwe na:*

1. Radio Voix de la Réconciliation;
2. Tumaini Company;
3. A. I. P. D. D

Photos from AIPDD Intwari's post 03/11/2025

L’organisation Action Intwari pour la Promotion et le Développement Durable (AIPDD), sous la direction du Dr Abadie MUNYENTWARI, a récemment lancé un ambitieux projet d’élevage de poissons dans la province de Butanyerera-Kirundo, au nord du Burundi. Ce projet s’inscrit dans une vision de développement durable visant à renforcer la sécurité alimentaire, créer des emplois et améliorer les revenus des populations locales. Grâce à la mise en place d’étangs modernes et à l’introduction de techniques piscicoles adaptées au climat de la région, AIPDD favorise une production respectueuse de l’environnement tout en valorisant les ressources naturelles locales. L’organisation accompagne également les communautés par des formations sur la gestion durable des exploitations et la préservation des écosystèmes aquatiques.

Au-delà de l’aspect économique, cette initiative contribue à la promotion de la résilience communautaire et à la lutte contre la pauvreté dans une région souvent touchée par l’insécurité alimentaire. En offrant des perspectives concrètes aux jeunes et aux femmes, le projet d’élevage de poissons de Kirundo devient un véritable moteur de transformation sociale et écologique. Le Dr Abadie MUNYENTWARI, à travers AIPDD, souhaite faire de cette expérience un modèle reproductible dans d’autres provinces du pays, démontrant que le développement durable passe par des actions locales, innovantes et inclusives, capables de conjuguer progrès social, économie verte et respect de la nature.

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Culinary Team

Attire

Telephone

Address


Gitega