Three In One Church Rumonge
11/04/2026
Murahawe ikaze mukibanza c'Ikanguro kuri bose.
18/03/2026
Akira iri Jambo ni iryawe kubikwerekeye vyose
Ibihe vyiza bitwibutsa kuba umusoda wa Kristo
06/01/2026
Amasanamu yaranze amakesha ya 31/12/2025
29/12/2025
AN EXTRAORDINARY OVERNIGHT IS LOADING........
2days left
Mwese muhawe ikaze muri veuillée izobera mu kibanza c'Ikanguro n'inkuru nziza kuri bose
Hazoba ari kumusi wagatatu igenekerezo rya 31/12/2025 igihe c'isaha zitatu z'ijoro
Tumira mugenzawe ,nawe atumire mugenziwe ,Twese duhurire kuri Three In One .
Mwarahezagiwe
31/03/2025
Igenekerezo rya 30/03/2025
Umuvabutumwa:Mariana William
Theme : DUKORE HAKIBONA BUHAVA BWIRA
Yohana 9:1-25
Abantu ntibakubona ariko Imana irakubona
Imana izi uko uryama nuko uvyuka. Iyo Mana irakuzi izi ibikorwa vyawe.
Habaye umu mama yama asengera ishengero nabanyeshengero ariko atamenyekana.Ariko yasengera umwungere nabandi akabavuga mumazina.
Igihe carash*tse Imana iramwibuka imuha umugisha.
Uko Imana yagendeye uwo nawe yokugendere.
Ivyo ukora vyose bikore kubw'Imana
Reka ubwibone bw'ubuzima.Nutihana izobona inkoni y'Imana kuko iteye ubwoba.
Cabugufi imbere y'Imana. Salomo yash*tse ahantu avugako vyose ari ubusa ari guhahamira umuyaga.
Uri nde wewe uguma ukora ivyo wishakiye? Sauli yarakomeye ariko akanya isase Yesu yamushizeko uruhumyi inkomez zirahera.
Nukorera Imana ntizoguta.Ariko niwonona nawe uzokwononerwa.Yesaya 33:1
Birashoboka ko harivyo wononye niwihane bicitwa uyumusi.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the place of worship
Telephone
Website
Address
Rumonge
257