BBCC-Karusi
24/03/2022
Ikarata yurugaba
Ahasa nagahama nahamaze gufatwa ningabo zuburusiya
Ahasaciye imirongo naho nahurugamba rugeze
Ahasigay nahatarabera imigwano
Igisirikare ca russie catabaye abantu kibakura ahariko harabera intambara kibashira ahatari intambara
Mwiriwe neza mwese !!!
Tugiye kuza turabaha amakuru yerekeye intambara muri uklaine kumwanya
Murakoze!!!!!
16/03/2022
Ivyiza biguma vyiyongera mugihugu cacu na cane cane muvyerekeye amagara y'abantu
Erega urwaye nturonke abuvuzi n'iterambere ntirishoboka !!!!
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Ngagara