ISAAC DODGE
Ngaho Nyumvira Nyamwiza
KANDA FOLLOW HANO KURI ISAAC DODGE
30/05/2026
Amerika na Iran bari hafi cane yo kumvikana, ariko hakiri intambamyi nyinshi.
Mu gihe isi yose yari ihanze amaso ukutumvikana kumaze amezi hagati ya Amerika na Iran, hari inkuru itanga icizere: Icegera c'Umukuru w'igihugu wa Amerika, JD Vance, yatangaje ko impande zompi "ziri hafi cane" yo gushika ku masezerano y'amahoro, naho yavuze ko "bitaragerwako neza.
👉 Mbega wewe ubona Amerika na Iran bazoshika ku masezerano arama canke haracari urugendo rurerure?
KANDA FOLLOW HANO KURI ISAAC DODGE
30/05/2026
BURUNDI 🇧🇮 ON THE MAP 🗺️
UMURIRIMVSat-Bt-B The Legend 🤜🤛
KANDA FOLLOW HANO KURI ISAAC DODGE
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Muyinga