Ultra Studio
18/03/2026
In name of Jesus aba bana batazoduhotoza umunezeroπ
Ultra Studio First over iguma ibashimira ukuntu mwama muyizera n'ejo karibu!
Kandi abana ubu n'ukubaha utuntu twabo bagafotogwa k'ubuntu kuko batera Imigisha so muri ready kubazana?πππ
Tel ngiyo 68336531 ou 65720130
πππ umurongo wuguruye amasaha yose 24h
13/03/2026
Ubwiza burarenze ππ
Ndayamanitse
N'ubu ndaha kubwanyu kubantu mwifuza photo studio nziza eka namwe mufise imanza zitandukanye karibu ni muri Ultra Studio Adresse niyayindi nyene
Naha Bwiza Av 1 no 48
Tel 68336531 ou 65720130
10/03/2026
Enjoy your day na Ultra Studio
Kubantu mwifuza photo nziza
Mukabika souvenir zanyu nez
Karibu ntahand ni mur ultra studio
Dukorera Bwiza Av 1 no 48
Tel 68336531
65720130
67329434
Hamwe na ultra studio tubike souvenir nziza
Welcome guys
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Contact the business
Telephone
Website
Address
Burundi
Gitega
00000