Linox TV
14/07/2026
Another trip,thousands of memories ,multitudes of knowledge..
14/07/2026
Imyiteguro y’isabukuru *SOURCE OF CULTURE FESTIVAL* turayirembeje. Tuvuye Imwaro, iwabo n’imana, twagiye mugishora aho ubutunzi bukuru bw’igihugu buri “Ingoma”.
ingoma ni Emblem ituranga nk’abarundi. Twarashoboye Kwiga vyinshi bijanye na histoire y’ingoma uko zavuzwa, ryari zavuzwa, aho amazina yazo yavuye nibindi vyinshi cane.
Ukaba utar’ubizi nawe, ingo Le 30, Le 31 Juillet, na Le 1 Aout umenye nawe vyinshi utar’uzi bijanye nimico K**a y’uburundi nki’ngoma zo mugishora.
Urugendo shure ubu rutujanye mugishora. Ntushobora kuvuga imico k**a y'uburundi utabonye ingoma!!!
Tubibutsa kandi ko Festivale yacu izoba Le 30, Le 31, Juillet, na Le 1 Aout.
Location: Impande ya Stade Ntwari, Boulevard De L'Independance
13/07/2026
Thanks for being a top engager and making it on to my weekly engagement list! 🎉 Léila Ngabire, Lion DA VM, Jordy Masabo, MacArthur Awazi, Ngendakumana Barigabo Mbasha
12/07/2026
Organized by Linox Music Company
3 DAYS EXPO @ Stade Intwari
July 30th - August 1st
Showcase your brand to thousands!
Stand Packages:
Simple - 1M BIF
Simple tent + 2 chairs
VIP - 5M BIF
Decorated tent + Premium location
SPONSOR - 7M BIF
Visibility on all our platforms + Publicity before, during & after the event
Limited spots available!
Book now: +257 65 168 400 / +257 77 11 98 40
SOURCE OF CULTURE FESTIVAL Re-Awakening Cultural Identity
Nshuti zacu z'uburundi urugendo rwambere rwatanguriye Mwaro ruherera Gitega. Imwaro twarize vyinshi bijanye n'uburundi bwacu bwakera. Urugendo ntirurahera ruracabandanya. Mudukurikire kugira twige twese hamwe imico n'akaranga kacu nk'abarundi.
Tubibutsako urugendo shure rwacu ruri kutwerekeza kwisabukuru rikuru (SOURCE OF CULTURE FESTIVAL) ryokwizihiza imico n'akaranga kuburundi. Rikaba rizoba le 30 gushika le 31 Juillet, na le 1 Aout.
Bwira mugenzi wawe nawe abgire mugenziwe, igihe cokumenya neza Uburundi na Barundi ar'iki. Twese hamwe tumenye ubwiza bw'igihugu cacu.
https://sourceofculture.com/
10/07/2026
Want to join source of culture 2026!!! Check the link below.
SOURCE OF CULTURE FESTIVAL Re-Awakening Cultural Identity
09/07/2026
Urugendo turarurembeje. Mwaro is down, Gitega naho turaje, turacari mukuduga bene wacu. Mudukurikirane kuri Linox Tv kubera hari vyinshi tubafitiye mutegerezwa kumenya kuburundi murugendo rwo kwamamaza Source of Culture Festival.
06/07/2026
Urugendo rwacu rwo kuvumbura no gusangiza abandi ubukire bw'umuco w'Uburundi rugira rutangure.
Nimuze tugendane, twibonere hamwe akaranga kacu, tumenye aho kava, kandi twishimire igituma turi Abarundi.
🎥 Tuzoba turi LIVE kurubuga!
Dukurikire, ugume wakira amakuru mashasha, kuko urugendo rutangura vuba cane.
https://sourceofculture.com
Click here to claim your Sponsored Listing.